Mumisi mike cane tugiye kubashikiriza inkuru, ibiganiro hamwe nutuntu nutundi Mukurundira ko tubashikiriza urutondw gwivytwabateguriye , reka twubukanye amajambo y'ikirundi Amajambo y'ikirundi -mucongereza Burundi words/ phrases in English Oya - no Ego - yes Ingo - come! Cane - much, many, a lot, very (Ndashonje cane - I'm very hungry) Gose (gose cane) - many, much (stronger than cane) Buhorobuhoro/bukebuke - slowly Mpore! - attention! Bangwe! - stop! Kira! - Bless you! Kaze! - welcome! (often used "Karibu!" - swahili expression) Amahera/amafranga - money Sindabizi - I don't know Ndibaza - maybe Neza - good Imodoka - a car Greetings Bwakeye / Mwaramutse - hello, good morning! Mwiriwe - good afternoon/evening Ijoro ryiza - good night Turabonaye / Nakagaruka - see you later N'agasaga - see you, good bye Urakomeye? - how are you? (reply: ego/ndakomeye = I'm well) Amakuru? - What's news? Amahoro - peace, widely used as greetins (reply: n'amahoro...